Burundi Today

Rwanda Forums Burundi Burundi Today

Tagged: , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , ,

Viewing 15 posts - 31 through 45 (of 52 total)
  • Author
    Posts
  • #28408

    ✴Itegereze neza izo Ntwari 👇 👇👇.Fyonda 👍 hama wandike uti:
    « Kirimwabagabo »

    #28409

    Abavyeyi Mugabe mugira musubire guhendwa babashorere ibibondo kw’ icumu.

    ❌Abjejewe intwaro, indero, ubutungane n’umutekano mube magabo mutohoze neza, hama murondere abagize aka Ka karwi kagomba gutwara abana bacu mu Rwanda bahereye kuri iyo numéro yatanzwe aho musi:
    .
    ❌Isomere namwe mumbwire aka kamuna:
    ~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~~
    ❌Ngo ” Shalom~ Hari ishuri riri mu Rwanda ryitwa CONERSTONE LEADERSHIP ACADEMY bazoza gukoresha interview igenekerezo rya 6 na 7 kubashaka kugerageza amahirwe yo kuryigako izobera kuri Anglicane mu Gihosha abana biga mu mwaka w’ Icumi na Rimwe nibo bemerewe gukoreshwa Interview. IBISABWA:photocopie ya bulletin yo muri 9ème ou 10ème, Kubakoze Test!!!!
    kubazoronka amahirwe yo gutsindira iryo shuri nta minerval bazoriha!!!

    #28410

    🇧🇮 -🇳🇴:🎙 Dear Marechal Femi of I ABAT:
    As an artist founder / composer / author of the hymn of the party Cndd-Fdd, I am grateful for your work. It’s an honor for our nation, and particularly for me to have a friend like you, thank you.

    #28411

    RAMBA BANYAKUBAHWA WEWEWAKUYE IGIHUGUMWUMWIZA UKAGISHIRAMUMUCOWAKAZOZAKEZA IMANA IBAZIGAME

    #28412

    God loves the good works (actions) and honours in his time their authors. (a big thank you from the bottom of my heart to apollinaire ndayikeze who just offered me a surprise of a poster of honor who touches me a lot and fits me right in the heart)!
    Yes it’s true, our works that they are good or bad are our companions, they follow us everywhere all our lives even after death. A good deed, even in the shadows, never stays without reward from God. Happy all those who do good works (actions) that provide peace and joy to their own kind. They are truly unhappy those who do that sow death, insecurity, poverty, suffering etc… in their own country, in the country of their neighbours or anywhere in the world!
    Thank you, my God, you are the master of my time and all the circumstances of my life. Your Mysteries are unfathomable, your promise is never barren and your time is always the best. The seasons of my life belongs to you alone. Don’t leave any time disturb by my past, by the sadness, anxiety or deprivation of anything, but whatever happens help me always to look to the future and to keep my calm and trust in you alone despite the short time that . I don’t ever doubt in the darkness of what you told me to the light. One thing is for sure, you will do to your time!
    Lord, my creator, whatever the time that my situation can take before a successful outcome, that I still holding firm. That my life on this earth is a masterpiece. The truth always rises through my actions, and like a chicken in front of the omelette, that I can contemplate the whole of my work and draw joy and happiness for your only glory. This is my prayer for this new year 2017, in the name of Jesus Christ, my Lord and Saviour: Amen!

    #28413

    His Excellency Pierre Nkurunzia

    During these holidays, our President His Excellency Pierre Nkurunzia has joined with the people of Ngozi in harvesting fresh beans, today.

    ✅Muri ubu buruhuko, Umukuru w’ Igihugu cacu Nyakubahwa Pierre Nkurunziza yifadikanije n’ abenegihugu mukurandura/gusarura ibiharage i Ngozi.

    Thank you my brother for the good example, still counting on Gods & the people of Burundi.
    Stay away from the hypocrites.

    #28414

    NDONGEYE KUBARAMUTSA UMWE WESE MUCUBAHIRO IMANA YAMUTIJE.NAGIRE MBAZE ABANTU BARIGUKWIRAGIZA IBIHUHA BACAFUZA INZEGO BAHENDA ABENEGIHUGU NGO< Mwatoye Nabi Ngo None Nguyo Umuhero Urashitse> MBEGA YEMWE NTIMURAMENYA UWUTANGA AKONGERA AKAKA?1 kuki haba coroteje y’abageni hakaba niy’abagiye kumaziko?2 kuki haba uwurizwa nuko atwaye imbanyi uwundi yayibuze?3 kuki mwitoza umwe akabura amajwi undi akayaronda? 4 kuki umwe avuka undi agakoroka ataragera?5 kuki wewe uri kunywa ufungura undi arimwo serum?6 kuki uronka umuryango undi ari rugenda yonyene? IZUBA RYAMYE RYAKA TURABISANGA MUMIGANI, NONE HATWARA CNDD FDD! CANKE KURI SODOMA NAGOMORA HATWARA PAPA BURUNDI! KURI NOWA HATWARA NDE! IGARURE MWEMERE NKURUNZIZA

    #28428

    numunezero ntangere kuburundi namakungu kumwasi ruhonyanganda umumenja Ariko araraga yisema kumagambo nkurunziza Ariko arashikiriza kwagiye kwicwa maze abarundi bamana agafuni koguhamba misiyose bama bagandaye bagiye kuruhuka aho shebuja shetani yakorera aho agité kumurimbura nabakozi bikini biwe pita aho agize imisi avyivugira ndakeje abagiye gukora icogikorwa cogubohora abarundi baribamaze imyaka atajambo bafise kubera intwarombi y’a cndd efdd.
    imana ibarinde kujabuka ikikiyaga gitukura nunubarosa ubukomezi nkubwa samusoni yasavye imana ubwantuma kugira yihorere amaso yiwe tubisanga mumigani kumurongo 53

    #28429

    Abakunda Igihugu Mwese Muka Nacitangira Ndabipfurije Umwaka Mushasha. Abenegihugu Mwese Aho Muri Mureme Ntantambara Izongera Kuba Mu Burundi, Nuturwi Tugerageje Kuwatsa Ucuzimira Kuritwo Nyene, Hakurya I Kongo Buriyo Bwavuye I Mahama Ariko Ntaho Buzoca Kuko Imbibe Ziracunzwe Neza. Ubu Namira Kwishanga Gucungako Atakokwikika Muruja Nuruza Rwaba Kongomani Binjira Mu Burundi. Icombona Coco Buzoherera I Kongo.

    #28430

    Ubwa mbere asabako ivyo agira avuge kugira ntibize bitakare canke ngo vyibagirwe, ko abantu bovyandika, bikabikwa muri ntibate. Asaba abanditsi n’abamenyeshamakuru eka abari aho kuri uyo wa 31/12/2017, kuba ivyabona y’ubwo butumwa yahawe n’imana. Ubutumwa bwiwe buri mu mice ine, aho yabishikirije yisubiriza (répétion).

    1. Ngo ijwi ry’imana mushoboravyose, muremyi w’isi n’ijuru, ngo igiye gutigitisha isi n’ijuru kubw’igihugu c’Uburundi.
    👉. Gutigitisha (tremblement). Ahari umutigito w’isi haba amarira, induru, ugupfa kw’abantu mu kivuga.
    Uravye ibiriko bibera mu Burundi, bikorwa na Nkurunziza, n’akarwi kiwe nkorabara, ivyo bisobanurako ariko ategura ubwicanyi bw’ikivunga, bikitwako vyakozwe n’imana.

    2. Ngo imana mushoboravose muremyi w’isi n’ijuru, ngo igiye gukuraho ibinyiganyizwa, kugira hasigare ibitanyiganyizwa.
    👉. Iyo ni insiguro ko agiye gukora ububisha bw’ubwoko bwose: génocide, crime de guerre, crime contre l’humanité, violence et harcellement sexuelles, etc.
    👉. Gukuraho ibitagira ikimazi bisobanura gukuraho abatavuga rumwe nawe eka n’abo bo muri système banka kumufasha gushira mu ngiro uyo mugambi wiwe ugayitse.

    3. Ngo imana mushoboravyose yaremye isi n’ijuru igiye kumenyesha abarundi n’abanyamahanga ko ubwami bwayo ngo buri mu Burundi.
    👉. Bisobanurako ahari ubwami bw’imana ata yindi ntwaro ikenewe. Abiyumvira amatora, nibazeruke Nkuru akihari na Ndayicariye Pierre Claver wiwe, na Ntahogwamiye,araziko ibiharuro biza bipanze.
    👉. Ariko ahari ubwami bw’imana, iyo umwami yigize ibiro biteze, ubwo bwami bwararandurwa. Kandi nyene ingoma yiwe yahera nabi abazi ivya bibiliya barazi ukuntu batabagurwa n’inyamaswa, n’agashinyaguro kenshi.
    👉. Kuba avuze ivyo, bisobanura ko Nkuru yavugishijwe ibigiye kuba. Erega uko yabivuze niko bigiye kuba eka none yabitanguriye kuba FNL igihe batabwa muri Ruvubu, kuko ni umugambi ugayitse yateguye, ubu akaba yawubandanirije igihe haba ukwiyamiriza ikiringo ciwe ca gatatu. Ahubwo Imana ishimweko ryamutorotse. Ahaheruka yavuzeko iwabo bari abarozi, barya abantu. N’ubu rero ashize ahabona ububisha bwiwe ubu rero akaba avyishiriye ahabona.

    4. Ngo umuriro w’imana ngo ugiye gutongora ibidafise ikimazi.
    👉. Gutongora, ni guturira ivyatsi aha ni ku barimyi.
    Kuri we, ni ubwo bwicanyi butagira izina agiye guhonya igihema cose kiba mu Burundi.
    👉. Abitwako bari muri CNDD FDD bahora bibazako bazomusubirira, nibazeruke kuko imana yaramutoranije kugira abe umwami w’Uburundi, uwuzoshaka kuvuguruza imana azibonerako, 2017 ni solution ya nyuma ku bwiwe.

    Muri iryo hishurwa, Nkuru asozera avugako abantu boba ivyabona y’ivyo avuze. None ukuri kuri he mu gihe agiye gushira mu ngiro ku mugaragaro ubwo bubisha abanje kuvyemanga?

    Ibihe vyiza.

    #28464

    Ooh my country of a thousand hills, country of a thousand problems


    – phone without credit – young without work – pages without foundation – person without way – diploma without value-driver without license-food without vitamins – man without authority – woman without submission – song without messages – child without education – love without heart – work Without good salary – democracy without freedom-elections without truth – accused without complainant – media without information – prayer without forgiveness – student without scholarship – pastor without vocation – country without identity card-stranger without a passport. Wake up burundi.

    #28497

    His excellency Pierre Nkurunziza joined the family and friends of the late minister of Water and Environment ➡️ Emmanuel Niyonkuru who was assassinated on the new year’s eve. He payed tribute to him.

    🔵Dear Minister, You’re gone but not forgotten. We’ll never forget you.

    #28501

    Bagenzi mwese, Mwirinde guhendwa n’ abangushi: hari inkozi z’ ikibi ziri kwiyitirira amazina y’ abategetsi bakomeye baba abo mu mugambwe Cndd-Fdd , canke munzego z’ igihugu canke abatavugarumwe na reta. Bagenda basaba amahera canke ama inite abantu babemerera ibi canke biriya-na cane cane ubuzi. Mwirinde abo bangushi ndabasavye!
    .
    Ababo banyoni. abo bangushi bakunze kwiyita ayamazina akurikira:

    ➖Denise Nkurunziza
    ➖Godelieve Nininahazwe
    ➖Nyabenda Pascal
    ➖Pierre Nkurunziza
    ➖Evariste Ndayishimiye
    ➖Gelase Ndabirabe
    ➖Margueritte Barankitse
    ➖Kampayano Pascaline
    ➖Pacifique Nininahazwe

    n’ abandi n’ abandi…….ntimukangwe n’ amafoto bakoresha….muhagabire ❗️ Benshi muri twebwe baramaze kuhatakariza ama inite canke amahera menshi cane……..mu musi iheze, umwangushi umwe mubiyitirira Denise Bucumi Nkurunziza yarafashwe mumisi iheze..

    #28506

    🇧🇮- 🙏🏼 🙏🏼 🙏🏼 Nyakubahwa umukuru w’ igihugu c’ uburundi Pierre Nkurunziza, agiye kugirira ikigongwe abanyororo bangana 2500 baciriwe umunyororo uri musi y’ imyaka itanu. Vyitezwe kumagenekerezo ya 16 na 17 z’ Ukwambere 2017.

    🌷Mwumva SEBARUNDI atari umuvyeyi mwiza ❓
    ——————————————–
    ❇️ Burundian justice minister said Monday that the release of pardoned inmates mentioned during the Burundian president’s message to the nation at the New Year Day will start next week.

    “The operation of releasing pardoned inmates is being prepared. A commission has been set to identify inmates who are entitled to benefit from the presidential pardon. We will launch the release of the first batch of inmates next week on Jan. 16 or 17,” Aimee Laurentine Kanyana said.

    In his message to the nation for the New Year 2017, Burundian President Pierre Nkurunziza announced his pardon to at least 2,500 inmates whose jail sentence was less than five years and who behaved well during their detention period.

    #28511

    Cnared ibandanya isambuka………

Viewing 15 posts - 31 through 45 (of 52 total)
  • You must be logged in to reply to this topic.
Font Resize